Zaburi 91:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Azozibira inzira ishika aho uri akoresheje amubi yiwe+,Kandi uzohungira munsi y’amababa yiwe+.Ukuri kwiwe+ kuzoba inkinzo yagutse+ n’ikibambazi. Yeremiya 23:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nzozihagurukiriza abungere bazoziragira koko+; ntizizokwongera gutinya, eka kandi ntizizocika ivutu+, kandi nta n’imwe izobura,” ni ko Yehova avuze. Zefaniya 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abasigaye ba Isirayeli+ nta bitagororotse bazokora+, canke ngo bavuge ikinyoma+, canke ngo mu kanwa kabo habonekemwo ururimi rw’amayeri+; kuko bazorisha bakigaramangira vy’ukuri+, kandi nta n’umwe azobajugumiza+.”
4 Azozibira inzira ishika aho uri akoresheje amubi yiwe+,Kandi uzohungira munsi y’amababa yiwe+.Ukuri kwiwe+ kuzoba inkinzo yagutse+ n’ikibambazi.
4 Nzozihagurukiriza abungere bazoziragira koko+; ntizizokwongera gutinya, eka kandi ntizizocika ivutu+, kandi nta n’imwe izobura,” ni ko Yehova avuze.
13 Abasigaye ba Isirayeli+ nta bitagororotse bazokora+, canke ngo bavuge ikinyoma+, canke ngo mu kanwa kabo habonekemwo ururimi rw’amayeri+; kuko bazorisha bakigaramangira vy’ukuri+, kandi nta n’umwe azobajugumiza+.”