ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 nanje ata gukeka nzobacuncuburira imvura ku gihe cayo+, kandi igihugu kizotanga koko umwimbu waco+, n’igiti co mw’itongo gitange icamwa caco+.

  • Gusubira mu vyagezwe 28:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 “Hazohezagirwa icamwa c’inda yawe+, n’umwimbu w’ubutaka bwawe, n’icamwa c’ibitungwa vyawe+, n’imitavu y’inka zawe, n’uruvyaro rw’umukuku wawe+.

  • Yesaya 55:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 55 Yemwe abanyotewe mwese+! Nimuze ku mazi+. N’abatagira amahera! Nimuze, mugure murye+. Egome, nimuze, mugure umuvinyu+ n’amata+ mbere ata mahera canke ikiguzi+.

  • Yesaya 55:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kubera iki muguma mutanga amahera ku bitari ibifungurwa*, mugacumukurira ibidahaza+? Nimunyumvirize mwitonze, murye ibiryoshe+, muryoherwe cane n’ikinure+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika