Yohani 14:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 ya mpwemu y’ukuri+, iyo isi idashobora kuronka+, kuko itayibona canke ngo iyimenye. Mwebwe murayizi, kuko igumana namwe kandi ikaba iri muri mwebwe+. Yohani 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ariko uwo niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobarongora mu kuri kwose, kuko atazovuga avyitumye, ahubwo ibintu vyose yumva ni vyo azovuga, kandi azobamenyesha ibiriko biraza+.
17 ya mpwemu y’ukuri+, iyo isi idashobora kuronka+, kuko itayibona canke ngo iyimenye. Mwebwe murayizi, kuko igumana namwe kandi ikaba iri muri mwebwe+.
13 Ariko uwo niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobarongora mu kuri kwose, kuko atazovuga avyitumye, ahubwo ibintu vyose yumva ni vyo azovuga, kandi azobamenyesha ibiriko biraza+.