ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 17:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Mu nyuma umwami wa Ashuri azana abantu abakuye i Babiloni+ n’i Kuti n’i Ava+ n’i Hamati+ n’i Sefaruvayimu+, abashira mu bisagara vy’i Samariya+ mu kibanza ca bene Isirayeli ngo babeyo; nuko batangura kwigarurira Samariya no kuba mu bisagara vyaho.

  • Yesaya 10:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: Yehova niyarangiza igikorwa ciwe cose ku musozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzogira ico mbaza ku bw’ivyamwa vy’ukutisonera kw’umutima w’umwami wa Ashuri, no ku bw’ukwibona ubuhambare kw’amaso yiwe yishira hejuru+.

  • Yesaya 30:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Kuko Ashuri izocibwa ivutu n’ijwi rya Yehova+; mbere azoyikubita ikibando+.

  • Nahumu 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Abungere bawe batanguye guhunyiza+, ewe mwami wa Ashuri! Abakomakomeye bawe bigumira aho baba+. Abantu bawe bashwiragirijwe ku misozi, nta wubegeranya+.

  • Zefaniya 2:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Azoramvura  ukuboko kwiwe akwerekeze mu buraruko, arandure Ashuri+. Kandi Ninewe azoyigira igiharabuga+, akarere kagadutse nk’agahinga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika