Gusubira mu vyagezwe 28:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Umuvyimba wawe uzocika ivyo kurya vy’ibiguruka vyose vyo mu kirere n’ibikoko vyo mw’ishamba, ata n’umwe abijugumiza+. Zaburi 79:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yatanze umuvyimba w’abasavyi bawe ngo ube indya z’ibiguruka vyo mu kirere+,Inyama z’intahemuka zawe aziha ibikoko vyo kw’isi+. Yeremiya 7:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Imivyimba y’aba bantu izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi, ata n’umwe abijugumiza+. Yeremiya 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ‘Bazokwicwa n’indwara+. Ntibazoborogerwa+ canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku butaka+; bazomarwa n’inkota n’ikigoyi+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi+.’ Yeremiya 34:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 egome, nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi+. Ivyahishuwe 19:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 kugira ngo murye inyama+ z’abami n’inyama z’abakomanda ba gisirikare n’inyama z’abantu b’inkomezi+ n’inyama z’amafarasi+ n’iz’abayicayeko, n’inyama za bose, iz’abidegemvya n’iz’abashumba n’iz’abato n’abahambaye.”
26 Umuvyimba wawe uzocika ivyo kurya vy’ibiguruka vyose vyo mu kirere n’ibikoko vyo mw’ishamba, ata n’umwe abijugumiza+.
2 Yatanze umuvyimba w’abasavyi bawe ngo ube indya z’ibiguruka vyo mu kirere+,Inyama z’intahemuka zawe aziha ibikoko vyo kw’isi+.
33 Imivyimba y’aba bantu izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi, ata n’umwe abijugumiza+.
4 ‘Bazokwicwa n’indwara+. Ntibazoborogerwa+ canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku butaka+; bazomarwa n’inkota n’ikigoyi+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’ibikoko vyo kw’isi+.’
20 egome, nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi+.
18 kugira ngo murye inyama+ z’abami n’inyama z’abakomanda ba gisirikare n’inyama z’abantu b’inkomezi+ n’inyama z’amafarasi+ n’iz’abayicayeko, n’inyama za bose, iz’abidegemvya n’iz’abashumba n’iz’abato n’abahambaye.”