1 Abami 18:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Muraheza mwambaze izina ry’imana yanyu+, nanje ndambaza izina rya Yehova; maze Imana y’ukuri iza kwishura biciye ku muriro+ izoba ari yo Mana y’ukuri+.” Abantu bose baca bishura bati: “Ico kintu ni ciza.” Yeremiya 7:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ariko weho, ntusengere aba bantu, canke ngo ubashirire hejuru akamo k’ukwinginga canke isengesho canke ngo untakambire+, kuko ntazokwumviriza+.
24 Muraheza mwambaze izina ry’imana yanyu+, nanje ndambaza izina rya Yehova; maze Imana y’ukuri iza kwishura biciye ku muriro+ izoba ari yo Mana y’ukuri+.” Abantu bose baca bishura bati: “Ico kintu ni ciza.”
16 “Ariko weho, ntusengere aba bantu, canke ngo ubashirire hejuru akamo k’ukwinginga canke isengesho canke ngo untakambire+, kuko ntazokwumviriza+.