Gusubira mu vyagezwe 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Ariko umuhanuzi yihaye kuvuga mw’izina ryanje ijambo ntamutegetse kuvuga+ canke akavuga mw’izina ry’izindi mana+, uyo muhanuzi ategerezwa gupfa+. 1 Samweli 2:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Iki ni co kizokubera ikimenyetso c’ivyo, kandi kizoza ku bahungu bawe babiri, Hofuni na Finehasi+: Bompi bazopfira umusi umwe+.
20 “‘Ariko umuhanuzi yihaye kuvuga mw’izina ryanje ijambo ntamutegetse kuvuga+ canke akavuga mw’izina ry’izindi mana+, uyo muhanuzi ategerezwa gupfa+.
34 Iki ni co kizokubera ikimenyetso c’ivyo, kandi kizoza ku bahungu bawe babiri, Hofuni na Finehasi+: Bompi bazopfira umusi umwe+.