13 Kandi aya ni yo mazina ya bene Ishimayeli, hakurikijwe amazina yabo, nk’uko amamuko y’imiryango yabo ari: Imfura ya Ishimayeli ari yo Nebayoti+, na Kedari+ na Adibeyeli na Mibusamu+
21 Abarabu+ be n’abakuru bose b’i Kedari+ bari abadandaza wakoresha. Bari abadandaza bawe mu bijanye n’imyagazi y’intama y’amasuguru, n’impfizi z’intama be n’amasuguru y’impene+.