ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 1:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 1 Mu ntango+ Imana+ yaremye+ amajuru n’isi+.

  • Zaburi 146:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Wa Muhinguzi w’ijuru n’isi+,

      W’ikiyaga, be n’uw’ibiri muri vyo vyose+,

      Umwe agumya ukuri gushika igihe kitagira urugero+,

  • Yesaya 45:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze, Umuremyi w’amajuru+, We Mana y’ukuri+, Uwabumvye isi akayihingura+, We yayishimangiye+, ntayiremere ubusa gusa, mugabo akayirema ngo ibeko abantu+: “Ndi Yehova, kandi nta wundi n’umwe ariho+.

  • Yeremiya 10:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ni we yahinguye isi akoresheje ububasha bwiwe+, Umwe yashimangira ubutaka bwimbuka akoresheje ubukerebutsi bwiwe+, Umwe yagaranzura amajuru akoresheje ugutegera kwiwe+.

  • Ivyakozwe 14:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 bati: “Bagabo, kubera iki mugira ivyo? Na twebwe turi abantu+ bafise utunenge+ nkamwe, tukaba turiko tubamenyesha inkuru nziza, kugira ngo muhindukire muve muri ivyo bintu vy’imburakimazi+ muje ku Mana nzima+, iyakoze ijuru+ n’isi n’ikiyaga n’ibiri muri vyo vyose.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika