-
Yobu 9:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Iramvura amajuru iri yonyene+
Igatambukira ku mipfunda y’ikiyaga igereza hejuru+;
-
Zaburi 104:2Bibiliya y’isi nshasha
-
-
Uramvura amajuru nk’igitambara c’ihema+,
-
Zaburi 136:5Bibiliya y’isi nshasha
-
-
5 Umwe yahingurana amajuru ugutegera+:
Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+;
-
-
-
-
-