Abalewi 26:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Yamara no kuri ivyo vyose, mu gihe bazoba bari mu gihugu c’abansi babo, sinzogenda ndabataye+ canke ngo ndabazinukwe+ ku buryo ndabatikiza, ngo ndenge kw’isezerano ryanje+ nagiranye na bo; kuko ndi Yehova Imana yabo. Yeremiya 15:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Wewe ubwawe urazi ivyanje+. Ewe Yehova, nunyibuke+, unyiteho kandi umpǒre ku bampama+. Mu guteba kuraka kwawe, ntunkureho+. Nubone ukuntu nikoreye iceyi kubera wewe+. Gucura intimba 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ewe Yehova, raba, kuko ngeze habi. Amara yanje ariko aradobangana+.Umutima wanje wacurangukiye muri jewe+, kuko nagararije koko+.Hanze inkota yarahekuye+. Mu nzu na ho nyene ni urupfu+.
44 Yamara no kuri ivyo vyose, mu gihe bazoba bari mu gihugu c’abansi babo, sinzogenda ndabataye+ canke ngo ndabazinukwe+ ku buryo ndabatikiza, ngo ndenge kw’isezerano ryanje+ nagiranye na bo; kuko ndi Yehova Imana yabo.
15 Wewe ubwawe urazi ivyanje+. Ewe Yehova, nunyibuke+, unyiteho kandi umpǒre ku bampama+. Mu guteba kuraka kwawe, ntunkureho+. Nubone ukuntu nikoreye iceyi kubera wewe+.
20 Ewe Yehova, raba, kuko ngeze habi. Amara yanje ariko aradobangana+.Umutima wanje wacurangukiye muri jewe+, kuko nagararije koko+.Hanze inkota yarahekuye+. Mu nzu na ho nyene ni urupfu+.