Itanguriro 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo. 2 Abami 21:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Manase kandi asesa amaraso y’intungane+ menshi cane, gushika aho ayuzuza Yeruzalemu kuva ku mpera imwe gushika ku yindi, hambavu y’igicumuro ciwe yacumuje Yuda mu gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+. Zaburi 106:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 Baguma bavisha amaraso y’intungane+,Amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,Abo bashikaniye ibigirwamana vy’i Kanani+;Igihugu kiraheza gihumanywa n’ugusesa amaraso+. Ezekiyeli 23:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Kuko barenze ibigo+, ku maboko yabo hakaba hari amaraso+, kandi barenganye ibigo n’ibigirwamana vyabo vy’umwanda+. N’ikigeretseko, bacishije mu muriro abana babo bamvyariye, babatanga kuri vyo bwa bifungurwa+.
6 Uwo wese asesa amaraso y’umuntu, amaraso yiwe azoseswa+ n’umuntu, kuko Imana yaremye umuntu mw’ishusho yayo.
16 Manase kandi asesa amaraso y’intungane+ menshi cane, gushika aho ayuzuza Yeruzalemu kuva ku mpera imwe gushika ku yindi, hambavu y’igicumuro ciwe yacumuje Yuda mu gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+.
38 Baguma bavisha amaraso y’intungane+,Amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,Abo bashikaniye ibigirwamana vy’i Kanani+;Igihugu kiraheza gihumanywa n’ugusesa amaraso+.
37 Kuko barenze ibigo+, ku maboko yabo hakaba hari amaraso+, kandi barenganye ibigo n’ibigirwamana vyabo vy’umwanda+. N’ikigeretseko, bacishije mu muriro abana babo bamvyariye, babatanga kuri vyo bwa bifungurwa+.