ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 89:50
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 50 Ewe Yehova, ibuka iceyi kiri ku basavyi bawe+,

      Ingene ntwara mu gikiriza iceyi c’ibisata vy’abantu vyinshi vyose+,

  • Ezekiyeli 36:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Nuko baza mu mahanga bajemwo, maze abantu batangura guhumanya izina ryanje ryeranda+ mu kuvuga ku bijanye na bo ngo: ‘Aba ni ba bantu ba Yehova, kandi bavuye mu gihugu ciwe+.’

  • Ezekiyeli 36:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nzogirira impuhwe izina ryanje ryeranda, iryo ab’inzu ya Isirayeli bahumanije mu mahanga bajemwo+.”

  • Zefaniya 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Narumvise agacokoro ka Mowabu+ be n’amajambo y’ibitutsi ya bene Amoni+, ivyo batutse abantu banje, bakaguma bihambaza barwanya akarere kabo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika