ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 8:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Muzoguma ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro umurango n’ijoro kumara imisi indwi+, kandi mutegerezwa kwubahiriza izamu ritegerezwa rya Yehova+, kugira ntimupfe; kuko ukwo ari ko nategetswe.”

  • Guharura 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Baze bashitse ico babwirizwa kunkorera be n’ico babwirizwa gukorera ikoraniro ryose imbere y’ihema ry’ihuriro, mu kurangura igikorwa c’itaberenakulo.

  • Guharura 3:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Umukuru w’abakuru b’Abalewi yari Eleyazari+ mwene Aroni umuherezi, akaba ari we yacungera abajejwe kwitwararika ivy’ahantu heranda.

  • 1 Ngoma 9:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Bo hamwe n’abahungu babo bari bajejwe amarembo y’inzu ya Yehova, ari yo nzu y’ihema, bagakora igikorwa c’uburinzi+.

  • 2 Ngoma 13:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Barafumbishiriza Yehova buri gitondo na buri mugoroba amashikanwa aturirwa+ be n’imibavu imota neza+; kandi imikate igerekeranye iri ku meza y’inzahabu itavanze+, hakabaho n’igitereko c’amatara c’inzahabu+ n’amatara yaco yatswa buri mugoroba+; kuko tuguma dushitsa ivyo Yehova Imana yacu adusaba+, mugabo mwebwe mwaramuhevye+.

  • Zaburi 134:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 134 Yoo! nimuhezagire Yehova+,

      Yemwe basavyi ba Yehova mwese+,

      Mwebwe abahagarara mu nzu ya Yehova mu majoro+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika