Gucura intimba 4:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Siyoni, rirarangiye+. Ntazosubira kukujana mu bunyagano+.Yitayeho ivy’ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Edomu. Yapfukuye ibicumuro vyawe+. Ezekiyeli 5:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Kandi ishavu ryanje ntirizobura kurangira+, mpoyahoyere ubushangashirwe bwanje kuri bo+, nihoze+; kandi bazobwirizwa kumenya ko ari jewe Yehova navuze, kubera yuko nsaba nshimitse ko niheberwa jenyene gusa+, ninabarangirizako ubushangashirwe bwanje.
22 Ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Siyoni, rirarangiye+. Ntazosubira kukujana mu bunyagano+.Yitayeho ivy’ikosa ryawe, ewe mukobwa wa Edomu. Yapfukuye ibicumuro vyawe+.
13 Kandi ishavu ryanje ntirizobura kurangira+, mpoyahoyere ubushangashirwe bwanje kuri bo+, nihoze+; kandi bazobwirizwa kumenya ko ari jewe Yehova navuze, kubera yuko nsaba nshimitse ko niheberwa jenyene gusa+, ninabarangirizako ubushangashirwe bwanje.