ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Uzobwirizwa gukorera abansi bawe+, abo Yehova azorungika kugutera, ubakorere n’inzara+ n’inyota kandi uri gusa, ukenye vyose. Kandi azokuremeka ingǒgo y’icuma kw’izosi gushika akuzimanganije+.

  • Yeremiya 17:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Azoba vy’ukuri nk’igiti c’inyakamwe mu kiyaya c’ubugaragwa kandi iciza nicaza ntazobibona+; mugabo azoba koko ahantu hagadutse mu gahinga, mu gihugu c’umunyu ata wukibamwo+.

  • Yeremiya 52:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Maze abo, umwami wa Babiloni arabagarika+, abicira i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+. Gutyo Yuda ija mu bunyagano ivuye ku butaka bwayo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika