ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 47:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Kuko Yehova, we Musumbavyose, ateye ubwoba+,

      Akaba ari Umwami akomeye agaba isi yose+.

  • Zaburi 83:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kugira bamenye+ yuko wewe, uwitwa Yehova+,

      Ari wewe wenyene Musumbavyose+ kw’isi yose+.

  • Zaburi 92:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  8 Mugabo wewe uri iyo hejuru gushika igihe kitagira urugero, ewe Yehova+!

  • Daniyeli 4:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ivyo ni ibishinzwe n’ingingo y’inderetsi+, kandi ni ibisabwe n’ijambo ry’aberanda, kugira ngo abantu bariho bamenye ko Musumbavyose ari we Mutware mu bwami bw’abantu+, be n’uko abuha uwo ashaka+, agashiraho uwuciye bugufi hanyuma ya bose ngo abuganze+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika