ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 18:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata.

  • 2 Ngoma 36:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Atangura guturira inzu y’Imana+ y’ukuri yongera asiturira hasi uruhome+ rwa Yeruzalemu; iminara yaho yo kubamwo yose bayituriza umuriro, be n’ibintu vyaho vyose bihimbaye+, kugira bahayogeze+.

  • Yeremiya 17:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 “‘“Mugabo nimutangamburukira mu kweza umusi w’isabato no mu kudatwara umutwaro+, ariko mukawinjirana muciye mu marembo ya Yeruzalemu ku musi w’isabato, nzodomeka rero umuriro mu marembo yiwe+, maze urigate koko iminara yo kubamwo ya Yeruzalemu+, kandi ntuzozima+.”’”

  • Yeremiya 34:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 igihe inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni zariko zirwanya Yeruzalemu n’ibisagara vyose vya Yuda vyari bisigaye+, zirwanya Lakishi+ na Azeka+; kuko ivyo bisagara, ivyari bikingijwe ibihome+, ari vyo vyari bisigaye mu bisagara vya Yuda+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika