Yosuwa 7:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze Yosuwa abwira Akani ati: “Mwananje, ndakwinginze uninahaze Yehova Imana ya Isirayeli+, umwaturire ico wakoze+; ndakwinginze umbwire+: Wakoze iki? Ntumpishe+.” 1 Samweli 14:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Maze Sauli abwira Yonatani ati: “Mbwira: Wakoze iki+?” Yonatani rero amubwira ati: “Mu vy’ukuri nahonjeje ubuki bukeyi kw’isonga ry’inkoni iri mu kuboko kwanje+. Ndi hano! Nimpfe!”
19 Maze Yosuwa abwira Akani ati: “Mwananje, ndakwinginze uninahaze Yehova Imana ya Isirayeli+, umwaturire ico wakoze+; ndakwinginze umbwire+: Wakoze iki? Ntumpishe+.”
43 Maze Sauli abwira Yonatani ati: “Mbwira: Wakoze iki+?” Yonatani rero amubwira ati: “Mu vy’ukuri nahonjeje ubuki bukeyi kw’isonga ry’inkoni iri mu kuboko kwanje+. Ndi hano! Nimpfe!”