ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 15:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Amaherezo Azariya aryama hamwe na ba sekuruza+, hanyuma bamuhamba hamwe na ba sekuruza biwe mu Gisagara ca Dawidi; nuko Yotamu umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe+.

  • 2 Abami 15:32
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 32 Mu mwaka ugira kabiri wa Peka mwene Remaliya umwami wa Isirayeli, Yotamu+ mwene Uziya+ umwami wa Yuda aba umwami.

  • 1 Ngoma 3:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 uwa Yehowasi akaba Amaziya+, uwa Amaziya akaba Azariya+, uwa Azariya akaba Yotamu+,

  • 2 Ngoma 27:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Yotamu+ yari afise imyaka mirongo ibiri n’itanu igihe yatangura kuganza, amara imyaka cumi n’itandatu aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Yerusha+ umukobwa wa Zadoki.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika