ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 126:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Ico gihe akanwa kacu karuzuye agatwengo+,

      Ururimi rwacu na rwo akamo k’umunezero+.

      Ico gihe batanguye kuvuga mu mahanga+ bati:

      “Yehova akoze ikintu gihambaye mu vyo abakoreye+.”

  • Yesaya 26:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ewe Yehova, ukuboko kwawe kwabaye ugukirurutse+, mugabo ntibakwitegereza+. Bazovyitegereza bamaramare+ nibabona umwete ufitiye abantu bawe. Egome, umuriro+ ugenewe abarwanizi bawe uzobarigata.

  • Yesaya 66:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Ku bijanye n’ibikorwa vyabo+ n’ivyiyumviro vyabo+, ndaje kugira ngo nkoranirize hamwe amahanga yose n’indimi zose+; kandi bazotegerezwa kuza, babone ubuninahazwa bwanje+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika