ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 18:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata.

  • 2 Abami 19:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Ni nde wacokoye+ kandi ni nde watutse+?

      Ni nde wadugirije ijwi+

      Ukararamurira amaso hejuru+?

      Ni wa Mweranda wa Isirayeli+!

  • Yesaya 10:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Naho yoba atari ukwo, azobishaka; naho umutima wiwe woba utari ukwo, azotegura umugambi, kuko kuzimanganya biri mu mutima wiwe+, no kurandura amahanga atari make+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika