Zakariya 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko ndabaragirira umukuku+ ugenewe kwicwa+, yemwe barushwa bo mu mukuku+. Ndaheza nironsa inkoni zibiri+. Imwe ndayita Gikundiro+, iyindi na yo ndayita Rwunzi+, maze ntangura kuragira umukuku.
7 Nuko ndabaragirira umukuku+ ugenewe kwicwa+, yemwe barushwa bo mu mukuku+. Ndaheza nironsa inkoni zibiri+. Imwe ndayita Gikundiro+, iyindi na yo ndayita Rwunzi+, maze ntangura kuragira umukuku.