ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 19:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Nuko muri iryo joro umumarayika wa Yehova arasohoka maze asasika ingabo ibihumbi ijana na mirongo umunani na bitanu mw’ikambi+ y’Abashuri+. Abantu bavyutse kare mu gitondo, erega, basanga bose bapfuye, ari imivyimba+.

  • Zaburi 110:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Yehova ubwiwe iruhande y’ukuryo kwawe+

      Azomenagura koko abami ku musi w’ishavu ryiwe+.

  • Yoweli 3:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 nzokoraniriza hamwe rero amahanga yose+, ndayamanukane mu kiyaya co hasi ca Yehoshafati+; kandi nzobūranirayo na bo kubera abantu banje n’intoranwa yanje Isirayeli+, abo basanzaje mu mahanga; kandi bagabaguye igihugu canje+.

  • Mika 4:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Ubu rero amahanga menshi azokoranywa ata kabuza kugira akurwanye, amwe avuga ngo: ‘Nahumanywe, kandi amaso yacu yitegereze Siyoni+.’

  • Ivyahishuwe 16:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ayo nkako ni amajambo ahumetswe+ n’amadayimoni kandi agakora ibimenyetso+, kandi aja ku bami+ b’isi yose+, ngo abakoranirize hamwe ku ntambara+ yo kuri wa musi uhambaye+ w’Imana Mushoboravyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika