ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Atari ukwo na ho, nubimenye mwami, yuko imana zawe atari zo dukorera, kandi igishusho c’inzahabu wahagaritse, ntituza kugisenga+.”

  • Malaki 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “Mbega umuntu yakuwe mw’ivu yokwambura Imana? Ariko mwebwe muranyambura.”

      Namwe mwavuze muti: “Twakwambuye gute?”

      “Ni mu bijanye n’ivy’icumi be n’intererano.

  • Mariko 12:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yezu aca ababwira ati: “Nimwishure Sezari ivya Sezari+, mugabo ivy’Imana muvyishure Imana+.” Baramutangarira+.

  • Luka 20:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Ababwira ati: “Uko biri kwose rero, nimwishure Sezari ivya Sezari+, mugabo ivy’Imana muvyishure Imana+.”

  • Luka 23:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Maze batangura kumwagiriza+ bati: “Uyu mugabo twamusanze ariko adurumbanya+ ihanga ryacu yongera abuza kuriha amakori+ Sezari, kandi avuga yuko we ubwiwe ari Kristu, umwami+.”

  • Abaroma 13:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Muhe bose ivyabo, uwusaba ikori, mumuhe ikori+; uwusaba ikibuguro, mumuhe ikibuguro; uwusaba gutinywa, mumutinye+; uwusaba iteka, mumuhe iryo teka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika