Matayo 22:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bavuga bati: “Ni ivya Sezari.” Maze ababwira ati: “Nimwishure rero Sezari ivya Sezari, mugabo ivy’Imana muvyishure Imana+.” Mariko 12:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Yezu aca ababwira ati: “Nimwishure Sezari ivya Sezari+, mugabo ivy’Imana muvyishure Imana+.” Baramutangarira+. Luka 23:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze batangura kumwagiriza+ bati: “Uyu mugabo twamusanze ariko adurumbanya+ ihanga ryacu yongera abuza kuriha amakori+ Sezari, kandi avuga yuko we ubwiwe ari Kristu, umwami+.”
21 Bavuga bati: “Ni ivya Sezari.” Maze ababwira ati: “Nimwishure rero Sezari ivya Sezari, mugabo ivy’Imana muvyishure Imana+.”
17 Yezu aca ababwira ati: “Nimwishure Sezari ivya Sezari+, mugabo ivy’Imana muvyishure Imana+.” Baramutangarira+.
2 Maze batangura kumwagiriza+ bati: “Uyu mugabo twamusanze ariko adurumbanya+ ihanga ryacu yongera abuza kuriha amakori+ Sezari, kandi avuga yuko we ubwiwe ari Kristu, umwami+.”