Mariko 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 hanyuma amaze gusemerera n’ijwi rirenga+, avuga ati: “Mpuriye ku ki nawe ga Yezu, Mwana wa ya Mana Musumbavyose+? Ndakurahije+ Imana ntumbabaze+.” Luka 4:41 Bibiliya y’isi nshasha 41 N’amadayimoni yarava mu bantu benshi+, agasemerera avuga ati: “Uri Umwana w’Imana+.” Mugabo yarayakankamira ntayemerere kuvuga+, kuko ano yari amuzi+ ko ari Kristu+.
7 hanyuma amaze gusemerera n’ijwi rirenga+, avuga ati: “Mpuriye ku ki nawe ga Yezu, Mwana wa ya Mana Musumbavyose+? Ndakurahije+ Imana ntumbabaze+.”
41 N’amadayimoni yarava mu bantu benshi+, agasemerera avuga ati: “Uri Umwana w’Imana+.” Mugabo yarayakankamira ntayemerere kuvuga+, kuko ano yari amuzi+ ko ari Kristu+.