Matayo 14:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Baramwinginga ngo bapfe gusa gukora ku buyonga bw’impuzu yiwe yo hejuru+; kandi ababukorako bose barakira neza. Mariko 6:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Kandi aho hose yaba yinjiye mu bigwati canke mu bisagara canke mu gihugu hagati+, barashira abarwaye mu tuguriro hanyuma bakamutakambira ngo bapfe gusa gukora+ ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru. Kandi ababukorako bose barakira+.
36 Baramwinginga ngo bapfe gusa gukora ku buyonga bw’impuzu yiwe yo hejuru+; kandi ababukorako bose barakira neza.
56 Kandi aho hose yaba yinjiye mu bigwati canke mu bisagara canke mu gihugu hagati+, barashira abarwaye mu tuguriro hanyuma bakamutakambira ngo bapfe gusa gukora+ ku buyonga+ bw’impuzu yiwe yo hejuru. Kandi ababukorako bose barakira+.