ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 50:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Numpamagare ku musi w’amarushwa+.

      Nzogutabara, nawe uzoninahaza+.”

  • Yeremiya 33:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 ati: ‘Mpamagara, nanje ndakwitaba+, ndakubwire n’umutima ukunze ibintu bihambaye kandi bidatahurika utari uzi+.’”

  • Mariko 11:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ni co gituma ndababwiye nti: Ibintu vyose musaba mu gusenga, mwizere ko ari nk’aho mumaze kubihabwa, kandi muzobironka+.

  • Yohani 15:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nimwaguma mwunze ubumwe nanje n’amajambo yanje akaguma muri mwebwe, murasabe ico mushaka cose kandi kizobabera kuno+.

  • Yakobo 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mugabo nagume asaba+ yizeye, adakekeranya na gatoyi+, kuko uwukekeranya ameze nk’umupfunda w’ikiyaga ukubebwa n’umuyaga+ kandi ukazungazungishwa irya n’ino.

  • 1 Yohani 3:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 kandi ikintu cose dusaba irakiduha+, kuko twubahiriza amabwirizwa yayo kandi tugakora ibintu bihimbaye mu maso yayo+.

  • 1 Yohani 5:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kandi uku ni kwo guhera amazinda dufise kuri yo+: ni uko ico dusaba cose twisunze ukugomba kwayo, itwumva+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika