Imigani 26:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Umwankanyi yiyoberanisha iminwa yiwe, mugabo imbere muri we ashirayo ubuhendanyi+. Yeremiya 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Niwoze umutima wawe ububi, ewe Yeruzalemu, kugira ukizwe+. Mbega ivyiyumviro vyawe vy’ubuzimire bizoba muri wewe kugeza ryari+? Tito 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Vyose ni ibidahumanye ku bantu badahumanye+. Mugabo ku bantu bahumanye+ kandi batagira ukwizera+ nta kintu na kimwe kidahumanye, mugabo imizirikanyi yabo n’ijwi ryabo ryo mu mutima+ birahumanye.
14 Niwoze umutima wawe ububi, ewe Yeruzalemu, kugira ukizwe+. Mbega ivyiyumviro vyawe vy’ubuzimire bizoba muri wewe kugeza ryari+?
15 Vyose ni ibidahumanye ku bantu badahumanye+. Mugabo ku bantu bahumanye+ kandi batagira ukwizera+ nta kintu na kimwe kidahumanye, mugabo imizirikanyi yabo n’ijwi ryabo ryo mu mutima+ birahumanye.