ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 5:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 “Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Isaha igira igere, kandi ni ubu, aho abapfuye+ bazokwumva ijwi+ ry’Umwana w’Imana, kandi abumvirije bazobaho+.

  • Abaroma 6:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Eka ntimunabandanye gushikiriza ibihimba vyanyu igicumuro+ nk’ibirwanisho vy’ukutagororoka+, ahubwo mwishikirize Imana nk’abazima+ bavuye mu bapfuye, n’ibihimba vyanyu mubishikirize Imana nk’ibirwanisho+ vy’ukugororoka.

  • Abanyefeso 2:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Vyongeye, ni mwebwe Imana yagize bazima naho mwari mwarapfiriye mu makosa yanyu n’ibicumuro vyanyu+,

  • Abanyefeso 2:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 yaratugize bazima hamwe na Kristu, mu gihe nyene twari twarapfiriye mu makosa+—mukaba mwakirishijwe ubuntu ata wari abukwiriye+—

  • Ivyahishuwe 3:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Andikira umumarayika+ w’ishengero ry’i Sarudi na we uti: Ibi ni vyo avuga uwufise za mpwemu indwi+ z’Imana be na za nyenyeri indwi+: ‘Ndazi ibikorwa vyawe, yuko ufise izina ry’uko uri muzima, mugabo uri umupfu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika