Matayo 3:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.” Mariko 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko hirema igicu, kibatwikiriza igitutu caco, maze ijwi+ riva muri nya gicu, riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa; nimumwumvirize+.” Yohani 12:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Yezu yishura ati: “Iryo jwi ntiryumvikanye ku bwanje, ahubwo ryumvikanye ku bwanyu+. 1 Yohani 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nimba twakira intahe abantu bashinga+, intahe Imana ishinga irahambaye kuruta, kuko iyi ari yo ntahe Imana ishinga: ukuba yashinze intahe+ ku vyerekeye Umwana wayo.
17 Humvikana kandi ijwi+ rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa+, uwo nashimye+.”
7 Nuko hirema igicu, kibatwikiriza igitutu caco, maze ijwi+ riva muri nya gicu, riti: “Uyu ni Umwana wanje+, umukundwa; nimumwumvirize+.”
9 Nimba twakira intahe abantu bashinga+, intahe Imana ishinga irahambaye kuruta, kuko iyi ari yo ntahe Imana ishinga: ukuba yashinze intahe+ ku vyerekeye Umwana wayo.