Yohani 16:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abantu bazobaca mw’isinagogi+. Nkako, isaha iriko iragera aho umuntu wese azobica azokwiyumvira ko akoreye Imana igikorwa ceranda+. Ivyakozwe 8:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ariko Sauli atangura gutikiza ishengero. Yitera mu nzu no mu yindi, aburutira hanze abagabo n’abagore, akabatwara mw’ibohero+. 1 Abakorinto 15:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko ndi uwo hanyuma+ y’izindi ntumwa, kandi simbereye no kwitwa intumwa, kuko nahamye+ ishengero ry’Imana. Abagalatiya 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nkako, mwarumvise ivy’ingeso zanje za kera mw’idini ry’Abayuda+, yuko naheba nkimonogoza mu kuguma mpama+ ishengero ry’Imana nongera ndaritikiza+, 1 Timoteyo 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 naho kera nari umurogosi, uwuhamana+, nkaba n’umuntu atisonera+. Yamara rero, naragiriwe imbabazi+, kuko nari mu kutamenya+ kandi ngakorana ukutizera.
2 Abantu bazobaca mw’isinagogi+. Nkako, isaha iriko iragera aho umuntu wese azobica azokwiyumvira ko akoreye Imana igikorwa ceranda+.
3 Ariko Sauli atangura gutikiza ishengero. Yitera mu nzu no mu yindi, aburutira hanze abagabo n’abagore, akabatwara mw’ibohero+.
9 Kuko ndi uwo hanyuma+ y’izindi ntumwa, kandi simbereye no kwitwa intumwa, kuko nahamye+ ishengero ry’Imana.
13 Nkako, mwarumvise ivy’ingeso zanje za kera mw’idini ry’Abayuda+, yuko naheba nkimonogoza mu kuguma mpama+ ishengero ry’Imana nongera ndaritikiza+,
13 naho kera nari umurogosi, uwuhamana+, nkaba n’umuntu atisonera+. Yamara rero, naragiriwe imbabazi+, kuko nari mu kutamenya+ kandi ngakorana ukutizera.