Ivyakozwe 13:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Mugabo Abayuda+ bagumura abagore bubahwa bǎsenga Imana be n’abantu bakurubakuru b’igisagara, hanyuma bavyura uruhamo kuri Paulo+ na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo. 1 Abakorinto 15:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kubera iki kandi twama mu kaga buri saha+? 2 Abakorinto 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Ni abasuku ba Kristu?—nishura nk’umusazi—ndabarusha kuba umusuku+: ndabarusha kubira akuya+, ndabarusha kuja mu mabohero+, mu gukubitwa birenze, mu kugarukira ku cobo kenshi+. Abafilipi 2:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Muramuhe ikaze rero nk’uko bisanzwe bigirwa+ mu Mukama n’akanyamuneza kose; kandi abantu nk’abo mugume mubafatana iteka+,
50 Mugabo Abayuda+ bagumura abagore bubahwa bǎsenga Imana be n’abantu bakurubakuru b’igisagara, hanyuma bavyura uruhamo kuri Paulo+ na Barunaba maze babaterera inyuma y’akarere kabo.
23 Ni abasuku ba Kristu?—nishura nk’umusazi—ndabarusha kuba umusuku+: ndabarusha kubira akuya+, ndabarusha kuja mu mabohero+, mu gukubitwa birenze, mu kugarukira ku cobo kenshi+.
29 Muramuhe ikaze rero nk’uko bisanzwe bigirwa+ mu Mukama n’akanyamuneza kose; kandi abantu nk’abo mugume mubafatana iteka+,