Abaroma 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko rero, bavukanyi banje, na mwebwe nyene mwaragizwe abapfuye kw’Itegeko+ biciye ku mubiri wa Kristu, ngo mucike ab’uwundi+, ab’umwe yazurwa mu bapfuye+, kugira ngo twamire ivyamwa+ Imana. 1 Abakorinto 10:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Igikombe+ c’umuhezagiro duhezagira, mbega si ugusangira mu maraso ya Kristu? Umukate tumanyura+, mbega si ugusangira mu mubiri wa Kristu+? Abanyefeso 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 ku bw’ukubogorwa kw’aberanda+, ku bw’igikorwa c’ubusuku, ku bw’ukwubakwa kw’umubiri wa Kristu+,
4 Nuko rero, bavukanyi banje, na mwebwe nyene mwaragizwe abapfuye kw’Itegeko+ biciye ku mubiri wa Kristu, ngo mucike ab’uwundi+, ab’umwe yazurwa mu bapfuye+, kugira ngo twamire ivyamwa+ Imana.
16 Igikombe+ c’umuhezagiro duhezagira, mbega si ugusangira mu maraso ya Kristu? Umukate tumanyura+, mbega si ugusangira mu mubiri wa Kristu+?