ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 11:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Ivyamwa vy’umugororotsi ni igiti c’ubuzima+, kandi uwigarurira imitima ni inkerebutsi+.

  • 2 Abakorinto 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Twaba rero turi mu makuba, ni ku bw’uruhoza rwanyu n’ubukiriro bwanyu+; canke twaba turiko turahozwa, ni ku bw’uruhoza rwanyu rukora kugira ngo rubafashe kwihanganira ya mibabaro nyene idushikira natwe+.

  • Abafilipi 2:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mugabo rero, naho nyene ndiko ndasukwa nk’ishikanwa ry’ikinyobwa+ ku kimazi+ no ku gikorwa gikorerwa abantu ari na vyo ukwizera kwabashikanyeko+, ndahimbawe kandi nkanezeranwa+ namwe mwese.

  • Abakolosayi 1:24
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 24 Ubu ndanezerwa mu mibabaro ndimwo ku bwanyu+, nanje nkaba ndiko ndakwiza ivyasigaye ku makuba+ ya Kristu mu mubiri wanje ku bw’umubiri wiwe, ari wo shengero+.

  • 1 Abatesalonika 2:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko, kubera tubafitiye ikibabarwe+, twarahimbawe cane no kutabaha inkuru nziza y’Imana gusa, mugabo n’ubuzima bwacu bwite+, kuko mwabaye abakundwa+ kuri twebwe.

  • Abaheburayo 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika