ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 12:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:1
  • +Lw 15:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2012, rup. 17

    15/5/2004, rup. 23

Abalewi 12:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni agashato ko kw’isonga ry’igihimba c’irondoka c’umugabo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:12; 21:4; Lk 1:59; 2:21; Yoh 7:22

Abalewi 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 2:22

Abalewi 12:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 23

Abalewi 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:4, 10
  • +Lw 15:14

Abalewi 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 15:28

Abalewi 12:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:14; 5:7; 14:22; Lk 2:24
  • +Lw 4:26; 6:7; Gh 15:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 23

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 12:2It 4:1
Lew. 12:2Lw 15:19
Lew. 12:3It 17:12; 21:4; Lk 1:59; 2:21; Yoh 7:22
Lew. 12:4Lk 2:22
Lew. 12:6Lw 1:4, 10
Lew. 12:6Lw 15:14
Lew. 12:7Lw 15:28
Lew. 12:8Lw 1:14; 5:7; 14:22; Lk 2:24
Lew. 12:8Lw 4:26; 6:7; Gh 15:25
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 12:1-8

Abalewi

12 Hanyuma Yehova abwira Musa ati: 2 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Umugore niyasama inda*+ akavyara umuhungu, ategerezwa kuba uwuhumanye imisi indwi; nka kurya kwo mu misi y’ubuhumane igihe ari mu butinyanka, azoba uwuhumanye+. 3 Ku musi ugira umunani agashato* k’umubiri wa nya mwana kazogenyerwa+. 4 Mu misi mirongo itatu n’itatu yindi uwo mugore azoguma mu maraso y’ityororwa. Ntakwiye gukora ku kintu ceranda na kimwe, kandi ntakwiye kwinjira ahantu heranda gushika iyo misi y’ityororwa ryiwe ikwiye+.

5 “‘Nimba na ho avyaye umukobwa, ategerezwa rero kuba uwuhumanye imisi cumi n’ine, nko mu gihe c’ubutinyanka bwiwe. Mu misi mirongo itandatu n’itandatu yindi azoguma mu maraso y’ityororwa. 6 Maze imisi y’ityororwa ryiwe ku bw’umuhungu canke ku bw’umukobwa niyakwira, azozana ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro impfizi y’intama ikiri nto, mu mwaka wayo wa mbere, ku bw’ishikanwa riturirwa+, n’inuma ikiri nto canke intunguru+ ku bw’ishikanwa ry’igicumuro, abihe umuherezi. 7 Na we aze abishikirize imbere ya Yehova aheze amutangire impongano, uno abe uwuhumanuwe isôko ry’amaraso yiwe+. Iryo ni ryo tegeko ku biraba umugore avyaye umuhungu canke umukobwa. 8 Mugabo nimba ata buryo buhagije afise bwo kuronka intama, aze atore intunguru zibiri canke inuma zibiri zikiri nto+, imwe ibe iy’ishikanwa riturirwa, iyindi ibe iy’ishikanwa ry’igicumuro, umuherezi aheze amutangire impongano+, uwo mugore aheze abe uwudahumanye.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika