ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 10:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Musa aca abwira Aroni ati: «Ni bimwe nyene Yehova yavuga ati: “Abaza hafi yanje+ bakwiye kwibuka ko ndi mweranda, kandi abantu bose bakwiye kuninahaza.”» Aroni aguma ahoze.

  • Guharura 3:6
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 «Zana Abalewi+, ubashikirize Aroni umuherezi kugira bamufashe+.

  • Guharura 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Bazokwitwararika ibikoresho vyose+ vy’ihema ry’ibonaniro bongere bafashe Abisirayeli mu gukora ibikorwa bajejwe bijanye n’ihema ryeranda+.

  • Ezira 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Vyongeye, umwami Kuro asubiza ibikoresho vyo mu nzu ya Yehova. Nebukadinezari yari yarabikuye i Yeruzalemu abishira mu rusengero* rw’imana yiwe+.

  • Ezira 8:30
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Nuko abaherezi n’Abalewi bakira izo feza n’inzahabu n’ivyo bikoresho bari bapimiwe, kugira ngo babijane i Yeruzalemu ku nzu y’Imana yacu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika