Zaburi
א [Alefu]
ג [Gimelu]
ה [He]
3 Mu nzu yiwe hari ubutunzi n’ibintu vy’agaciro,
ו [Vau]
kandi ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe vyose.
ז [Zayini]
4 Amurikira abagororotsi nk’umuco wakira mu mwiza+.
ח [Heti]
Yuzuye impuhwe* n’imbabazi+ kandi ni umugororotsi.
ט [Teti]
5 Uwutanga ingurane atitangiriye itama* bimugendera neza+.
י [Yodi]
Ibintu vyiwe vyose abikora mu butungane.
כ [Kafu]
ל [Lamedi]
Umugororotsi azokwibukwa ibihe vyose+.
מ [Memu]
נ [Nuni]
Umutima wiwe urashikamye, kuko yizigira Yehova+.
ס [Sameki]
פ [Pe]
9 Aratanga cane*, agafasha aboro+.
צ [Tsade]
Ubugororotsi bwiwe bwamaho ibihe vyose+.
ק [Kofu]
Inguvu ziwe zizokwongerekana kandi azoterwa iteka*.
ר [Reshi]
10 Umubisha azobibona maze kamurye.
ש [Shini]
Azohekenya imisaya*, ashire ayonga.
ת [Tau]
Ivyipfuzo vy’umubisha bizomupfako ubusa+.