ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 9/15 rup. 4
  • Ingene twotanguza ibiyago

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ingene twotanguza ibiyago
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2015
  • Ivyo bijanye
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2014
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2013
  • Ingene twotanguza ibiyago
    Igikorwa dukorera Ubwami—2012
  • Ingene twoshikiriza ibinyamakuru
    Igikorwa dukorera Ubwami—2010
Ibindi
Igikorwa dukorera Ubwami—2015
km 9/15 rup. 4

Ingene twotanguza ibiyago

Umunara w’Inderetsi 1 Gitugutu

“Turiko turereka umuntu wese mu babanyi bacu uyu Munara w’Inderetsi ushimishije. [Numwereke igipfukisho.] Hari abantu bibaza ko gutura isengesho ari uguta umwanya kuko biyumvira ko ata muntu numwe abumviriza. Abandi na bo bemera ko Imana yumviriza amasengesho yabo. Wewe uvyibaza ko iki? [Rindira yishure.] Raba ico Bibiliya ivuga ku bijanye n’isengesho. [Soma Yesaya 30:19.] Iki kinyamakuru kiratanga ikimenyamenya c’uko Imana yumviriza ikongera ikishura amasengesho aturwa mu buryo bwiza ku bw’ibintu vyiza.”

Be maso! Gitugutu

“Turiko tugendera ababanyi bacu gatoyi kubera ko benshi bibaza igituma Imana ireka abantu bagashikirwa n’imibabaro. Woba wibaza ko vyoba ari ukubura urupfasoni umuntu ababajije Imana ikibazo nk’ico? [Rindira yishure.] Wa mugabo w’umugororotsi Yobu yaripfuje kugira ico abajije Imana. [Soma Yobu 23:3-5.] Iki kinyamakuru kiraca irya n’ino ibibazo bitatu abantu benshi boshima kubaza Imana hamwe boronka akaryo ko kubigira kikongera kikerekana inyishu zijijura Bibiliya itanga.”

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika