ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w12 15/1 rup. 1-2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
  • Udutwe
  • IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA
  • IYI NOMERO IRIMWO KANDI
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—2012
w12 15/1 rup. 1-2

Ibirimwo

15 Nzero 2012

© 2012 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Uburenganzira bwose ni ubw’abagisohoye.

Integuro y’ukwiga

IBIGANIRO VY’UKWIGA

27 RUHUHUMA 2012–4 NTWARANTE 2012

Abakirisu b’ukuri barubaha Ijambo ry’Imana

URUPAPURO 4 • INDIRIMBO: 113, 116

5-11 NTWARANTE 2012

Twigire kuba maso ku ntumwa za Yezu

URUPAPURO 9 • INDIRIMBO: 125, 43

12-18 NTWARANTE 2012

Twigire kuri vya bintu vy’ishimikiro vyerekeye ukuri

URUPAPURO 16 • INDIRIMBO: 107, 13

19-25 NTWARANTE 2012

Dushikanire Yehova ibimazi tutiziganya

URUPAPURO 21 • INDIRIMBO: 66, 56

26 NTWARANTE 2012–1 NDAMUKIZA 2012

Ubuherezi bwa cami buzozanira ivyiza abantu bose

URUPAPURO 26 • INDIRIMBO: 60, 102

INTUMBERO Y’IBIGANIRO VY’UKWIGA

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1 URUPAPURO 4-8

Iki kiganiro kizokwerekana ukuntu abakirisu b’umutima nziraburyarya barondeye kuyoborwa n’Ijambo ry’Imana mu myaka n’iyindi ihaciye. Kirerekana icanditswe cacu c’umwaka wa 2012.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 2 URUPAPURO 9-13

Iki kiganiro kiraca irya n’ino ivyigwa bitatu bijanye no kuguma turi maso dushobora kwigira ku ntumwa no ku bandi bakirisu bo mu kinjana ca mbere. Iki cigwa gikwiye gukomeza umwiyemezo dufise wo gushinga intahe inogangije ku vyerekeye Ubwami bw’Imana.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3, 4 URUPAPURO 16-25

Itegeko rya Musa ryasaba ko Abisirayeli ba kera bashikanira ibimazi Yehova mu biringo bitari bike. Abakirisu ntibagengwa n’iryo Tegeko. Ariko rero, ingingo ngenderwako zirimwo ziratanga ivyigwa bijanye n’agatima ko gukenguruka Yehova yiteze ku basavyi biwe muri iki gihe, nk’uko ivyo biganiro bizobisigura.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 5 URUPAPURO 26-30

Ikintu gihambaye kuruta ibindi vyose abantu bakeneye, ni ugusubiza hamwe n’Imana. Iki kiganiro kiraca irya n’ino ukuntu ubuherezi bwa cami buzobafasha kubishikako, kikongera kigasigura ingene tuzohungukira.

IYI NOMERO IRIMWO KANDI

3 Emwe, iyi ni integuro y’ukwiga!

14 ‘Nzoshobora nte kwamamaza?’

15 Ingene ukwiyigisha kworushiriza kuguhimbara no kukugirira akamaro

31 Ivyo mu bushinguro bwacu

IGIPFUKISHO: Agasoko ko kw’ibarabara ry’i San Cristóbal de las Casas muri Megizike. Umugabo n’umugore b’abatsimvyi bize ururimi rw’igitsotsili bariko barabwira inkuru nziza umuryango w’imvukira y’aho

MEGIZIKE

ABANYAGIHUGU

108.782.804

ABAMAMAJI

710.454

IGIKORWA C’UBUHINDUZI

Mu ndimi kavukire 30

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika