ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 “Kandi ntibazobura kwumviriza ijwi ryawe+; nawe uzoje ku mwami wa Misiri, wewe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli, mumubwire muti: ‘Yehova Imana y’Abaheburayo+ yabonanye natwe+. Ubu rero, turakwinginze uturekure, dushaka kugenda urugendo rw’imisi itatu mu gahinga, kandi dushaka gushikanira ikimazi Yehova Imana yacu+.’

  • Abaroma 3:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Canke yoba ari Imana y’Abayuda gusa+? Mbega si iy’abanyamahanga na bo+? Egome, ni iy’abanyamahanga na bo+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika