Kuvayo 5:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Baca bababwira bati: “Yehova abarabe, ace urubanza+, kuko mwatumye tunuka+ imbere ya Farawo n’imbere y’abasavyi biwe, mu gushira inkota mu kuboko kwabo ngo batwice+.” Kuvayo 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Mu nyuma Musa avugana na bene Isirayeli kuri ico kintu, mugabo ntibamwumviriza kubera ugucika intege no kubera ubwo bushumba buruhije+. Abaheburayo 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kuko, ni bande bumvise yamara bagatera ishavu ry’umururazi+? Mbega nkako si abavuye mu Misiri bose barongōwe na Musa+? Abaheburayo 10:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 “Mugabo umugororotsi wanje azobeshwaho n’ukwizera+,” kandi, “asubiye inyuma, umutima* wanje ntuhimbarwa na we+.”
21 Baca bababwira bati: “Yehova abarabe, ace urubanza+, kuko mwatumye tunuka+ imbere ya Farawo n’imbere y’abasavyi biwe, mu gushira inkota mu kuboko kwabo ngo batwice+.”
9 Mu nyuma Musa avugana na bene Isirayeli kuri ico kintu, mugabo ntibamwumviriza kubera ugucika intege no kubera ubwo bushumba buruhije+.
16 Kuko, ni bande bumvise yamara bagatera ishavu ry’umururazi+? Mbega nkako si abavuye mu Misiri bose barongōwe na Musa+?
38 “Mugabo umugororotsi wanje azobeshwaho n’ukwizera+,” kandi, “asubiye inyuma, umutima* wanje ntuhimbarwa na we+.”