Kuvayo 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Aroni akimara kuvugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, barahindukira baraba amaja mu gahinga, maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka mu gicu+. Kuvayo 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ubuninahazwa bwa Yehova+ bubandanya kuba ku musozi Sinayi+, ca gicu na co kibandanya kuwupfuka kumara imisi itandatu. Amaherezo ku musi ugira indwi, ahamagarira Musa hagati muri nya gicu+. Kuvayo 40:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo. 2 Ngoma 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 maze abaherezi ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa kubera ico gicu+; kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu y’Imana y’ukuri.
10 Aroni akimara kuvugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, barahindukira baraba amaja mu gahinga, maze ubuninahazwa bwa Yehova buboneka mu gicu+.
16 Ubuninahazwa bwa Yehova+ bubandanya kuba ku musozi Sinayi+, ca gicu na co kibandanya kuwupfuka kumara imisi itandatu. Amaherezo ku musi ugira indwi, ahamagarira Musa hagati muri nya gicu+.
34 Hanyuma igicu+ gitangura gupfuka rya hema ry’ihuriro, ubuninahazwa bwa Yehova na bwo bwuzura nya taberenakulo.
14 maze abaherezi ntibashobora guhagarara ngo bakore igikorwa kubera ico gicu+; kuko ubuninahazwa+ bwa Yehova bwari bwuzuye inzu y’Imana y’ukuri.