ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko Yehova Imana yanyu ari Imana iruta izindi mana*+ n’Umukama w’abakama+, Imana ihambaye, y’inkomezi kandi iteye ubwoba+, itagira nkunzi ku muntu n’umwe+ canke ngo yemere igiturire+,

  • Nehemiya 1:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze mvuga nti: “Ewe Yehova Mana y’amajuru, Mana ihambaye kandi iteye ubwoba+, igumya isezerano+ ku bayikunda+ kandi bakagumya amabwirizwa yayo+ ikongera ikabagirira ubuntu bwuzuye urukundo,

  • Zaburi 99:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  3 Nibahaye izina ryawe+.

      Rirahambaye kandi riteye ubwoba, rikaba ari ryeranda+.

  • Yesaya 29:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 kuko niyabona abana biwe, igikorwa c’amaboko yanje, hagati muri we+, bazokweza izina ryanje+, kandi ntibazobura kweza Umweranda wa Yakobo+, kandi Imana ya Isirayeli bazoyigirira akoba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika