ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 24:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nuko Musa afata ya maraso, ayamijagira ku bantu+, avuga ati: “Ng’aya amaraso y’isezerano+ Yehova agiranye namwe ku bijanye n’aya majambo yose.”

  • Yohani 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kubera ko Itegeko ryatanzwe biciye kuri Musa+, ubuntu ata wari abukwiriye+ be n’ukuri+ vyaje biciye kuri Yezu Kristu.

  • Ivyakozwe 15:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yamara, bamwe mu bo mu muce w’idini w’Abafarizayo bari bemeye barahaguruka mu bibanza vyabo, bavuga bati: “Ni nkenerwa kubagenyera+ no kubategeka kwubahiriza itegeko rya Musa+.”

  • 1 Abakorinto 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kuko mw’itegeko rya Musa handitswe ngo: “Ntukarumye umunwa w’ishūri iyo iriko irakubita ibinyantete+.” Mbega amashūri ni yo Imana ibabaye?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika