Yosuwa 23:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Mugabo nimwaramuka musubiye inyuma+ mukumira koko ku yasigaye muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe, kandi mukunga koko na yo ubucuti bw’ukwabirana+ mukongera mukinjira muri yo, na yo akinjira muri mwebwe, 2 Ngoma 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+. Ezira 8:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Kuko vyanteye isoni gusaba umwami inteko za gisirikare+ n’abagendera ku mafarasi+ bo kudufasha kurwanya umwansi mu nzira, kubera ko twari twabwiye umwami duti: “Ukuboko+ kw’Imana yacu kuri ku bayirondera bose ngo ibagirire neza+, mugabo inkomezi zayo n’ishavu ryayo+ birwanya abayiheba bose+.” Yesaya 1:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ugusenyuka kw’abagarariji n’ukw’abacumuzi bizobera icarimwe+, kandi abaheba Yehova bazoyogera+. Yeremiya 17:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ewe Yehova, cizigiro ca Isirayeli+, abaguheba bose bazomaramara+. Abakuvako bakaba abahuni+ bazokwandikwa mw’ivu, kuko bahevye isôko ry’amazi mazima, ari ryo Yehova+.
12 “Mugabo nimwaramuka musubiye inyuma+ mukumira koko ku yasigaye muri ayo mahanga+, ayo asigaranye namwe, kandi mukunga koko na yo ubucuti bw’ukwabirana+ mukongera mukinjira muri yo, na yo akinjira muri mwebwe,
2 Nuko arasohoka aja imbere ya Asa maze amubwira ati: “Nyumvirize, ewe Asa na Yuda yose na Benyamini yose! Yehova azobana namwe nimwabana na we+; nimwamurondera+, azoreka mumuronke, mugabo nimwamuheba azobaheba+.
22 Kuko vyanteye isoni gusaba umwami inteko za gisirikare+ n’abagendera ku mafarasi+ bo kudufasha kurwanya umwansi mu nzira, kubera ko twari twabwiye umwami duti: “Ukuboko+ kw’Imana yacu kuri ku bayirondera bose ngo ibagirire neza+, mugabo inkomezi zayo n’ishavu ryayo+ birwanya abayiheba bose+.”
13 Ewe Yehova, cizigiro ca Isirayeli+, abaguheba bose bazomaramara+. Abakuvako bakaba abahuni+ bazokwandikwa mw’ivu, kuko bahevye isôko ry’amazi mazima, ari ryo Yehova+.