2 Samweli 6:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Dawidi n’abantu bose bari kumwe na we barahaguruka, baja i Bayale-yuda+ kudugana isandugu+ y’Imana y’ukuri bayikuye ng’aho, iyitirirwa izina ryiwe, izina+ rya Yehova nyen’ingabo*+, uwicaye ku bakerubi*+. 1 Ngoma 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze Dawidi na Isirayeli yose baduga i Bayala+, i Kiriyati-yeyarimu, ahegukira Yuda, kugira ngo bakureyo isandugu y’Imana y’ukuri, Yehova, uwicara ku bakerubi*+, iyitirirwa izina ryiwe.
2 Maze Dawidi n’abantu bose bari kumwe na we barahaguruka, baja i Bayale-yuda+ kudugana isandugu+ y’Imana y’ukuri bayikuye ng’aho, iyitirirwa izina ryiwe, izina+ rya Yehova nyen’ingabo*+, uwicaye ku bakerubi*+.
6 Maze Dawidi na Isirayeli yose baduga i Bayala+, i Kiriyati-yeyarimu, ahegukira Yuda, kugira ngo bakureyo isandugu y’Imana y’ukuri, Yehova, uwicara ku bakerubi*+, iyitirirwa izina ryiwe.