ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abacamanza 9:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 kandi dawe yarabarwaniye+ agahakwa kuhasiga ubuzima+ kugira abarokore mu kuboko kwa Midiyani+,

  • 1 Samweli 19:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Yarashize ubuzima bwiwe mu kaga*+ yica Abafilisitiya+, ku buryo Yehova yashikije ubukiriro bukomeye+ ku bwa Isirayeli yose. Warabibonye maze uranezerwa. Kubera iki none wocumura ku maraso y’intungane mu kwicisha+ Dawidi ata co azira+?”

  • 1 Samweli 28:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Uwo mugore aza rero kuri Sauli maze abona ko yari yabuze amahoro rwose. Nuko amubwira ati: “Ehe umusukukazi wawe yagamburutse ijwi ryawe, ndaheza nshira ubuzima bwanje mu kaga*+, ngamburuka amajambo wambwiye.

  • 2 Samweli 23:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Hanyuma avuga ati: “Ni ibitokwiyumvirwa kuri jewe+, ewe Yehova, yuko nokora ico kintu! Mbega nywe amaraso+ y’aba bantu bagiye, bakemera gushira ubuzima bwabo mu kaga?” Ntiyemera kuyanywa.

      Ivyo ni vyo abo bagabo b’abanyenkomezi batatu bakoze.

  • Yobu 13:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Kuki ntwara inyama z’umubiri wanje mu menyo,

      Ngashira ubuzima bwanje mu kaga*+?

  • Zaburi 119:109
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 109 Ubuzima bwanje bwama mu kaga*+;

      Mugabo sinibagiye itegeko ryawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika