ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 18:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Akirangiza kuvugana na Sauli, umutima wa Yonatani+ ufatana+ n’uwa Dawidi, maze Yonatani atangura kumukunda nk’uko yikunda+.

  • 1 Samweli 19:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nayo Yonatani umuhungu wa Sauli, yarahimbarwa cane na Dawidi+. Yonatani aca rero abwira Dawidi ati: “Sauli dawe ariko arondera kukwicisha. Ubu rero, ndakwinginze uze wiyubare mu gitondo; uze ube ahantu hihishije, ugume winyegeje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika